William Guillaume Muringa

Kerebuka

Business RW ↓ 11 episodes

Iyi Podcast ifise intumbero yo guhimiriza abantu ngo bakerebuke, bazingurure amaboko biteze imbere. Iratanga udu tips na tricks ingene umuntu abigenza.

Author

William Guillaume Muringa

Category

Business

Podcast website

www.spreaker.com

Latest episode

Dec 7, 2023

Where to listen?

Podcasts in the app Replaio Radio Coming soon

Podcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts

Get it on Google Play Install for free Android 5M+ downloads · 4.8 rating iOS soon

Episodes

Episode 11: ❇️ Wogwanya gute gusamazwa n’ibisayangana (shiny object syndrome) ? 07.12.2023

Iyi shiny object syndrom ni ingorane iza iyo umuntu aguma asamazwa n'ikintu cose gishasha kije agaca ata ico yariko arakaora. Bigatuma adaheza ivyo yatanguye kandi ntashike ku ntumbero yihaye.

Episode 10: ❇️ Ntube umurorerezi mw'iterambere ahubwo ube umukinyi (don't be a spectator in your own economy)! 28.11.2023

Ntube umurorerezi mw'iterambere, ba umukinyi kubera ivyo gukora ntibibuze!

Episode 9: ❇️ Urashaka gutangura kwikorera usezere umukoresha wawe (ditch your 8 - 4 job)? 21.11.2023

Nimba ufise indoto zo kwokorera ariko ukaba ukorera uwundi muntu, hariho ibintu utegerezwa kwitegurira.

Episode 8: ❇️ Ibimenyetso 5 vyerekana ko umuntu yifatiwe n’akayo - Screen addiction (cyberdépendance) 14.11.2023

Iyi episode yerekeye ibimenyetso 5 vyerekana ko hageze ko umuntu agabanya umwanya akoresha kuri telefone yiwe canke ibindi biyo. Navyo ni nkibi: kudasinzira neza, kumeneka umutwe, amaso atukura....!

Episode 7: ❇️ Ibintu 7 vyokwitwarika ku mutekano wawe kuri internet- online safety (securité en ligne) - Irinde phishing! 01.11.2023

Umutekano wawe kuri internet urahambaye. Abahacker bakwivye birashobora kukugiranko ingaruka mbi. Muriyi episode, harimwo ivyo ukwiye gukora bijannye na information pesonnelle zawe, password, phishing., VPN...

Episode 6: ❇️ Vyoba bibujijwe ko abakirisu bagira business (Faith driven entrepreneurship)? 24.10.2023

Hari abantu bibaza ko umukirisu agize business aba yitayeho ivyo kwisi gusumba ivyo mw'ijuru. Ariko sivyo, ikibi si amahera, ingorane iba iyo uyagize umwami wawe, akagutwara umutima ukayarutisha ibindi bintu vyose. Kubera turakeneye amahera yo kubaho ngaha kwisi umwanya tutarahj́a mw'ijuru.

Episode 5: ❇️ Tahura ingorane ya analysis paralysis (paralysie d'analyse)-kunanirwa gufata ingingo! 17.10.2023

Ingorane ya analysis paralysis canke kunanirwa gufata ingingo, umuntu aba ayifise iyo akoresha inguvu n'umwanya urenze ariko ararondera amakuru ajanye n'umgambi wiwe. Mu nyuma bikamunanira kwidecida , umwanya ukamuherana ataco akoze (indecision/inaction).

Episode 4: ❇️ Ni gute twogwanya impostor syndrom (syndrome de l'imposteur)- gutinya kwitwa umuswaganyi? 10.10.2023

Impostor syndrom ni gutinya ko abantu bakwita umuswaganyi, ni gutinya gukora imigambi kubera utinya ko abantu bazohava bakwita umubeshi, ngo ivyo ukora ntavyuzi. Ubwo bwoba twobugwanya gute?

Episode 3: ❇️ Woba uzi ingene internet ikora? 03.10.2023

Internet yarahinduye ubuzima bwacu, woba uzi ingene ikora?

Episode 2: ❇️ Imvo 3 zisigura igituma side hustle (activité secondaire) ikenewe! 26.09.2023

Side hustle ariyo ntegabizoza irakenewe cane, iyo umuntu arwaye canke hagatera ikiza aca yiokora ku kantu ko ku ruhande. Kandi gatuma umuntu yitegurira pension neza.

Episode 1: ❇️ Twogwanya gute procrastination (kuguma wigiza inyuma ibintu utegerezwa gukora)? 18.09.2023

Similar podcasts

深挖本地资讯价值,借在线全自动下单拓宽佛山新闻阅读传播覆盖面 深挖本地资讯价值,借在线全自动下单拓宽佛山新闻阅读传播覆盖面 Business · RW · 5 episodes 紧抓海外内容新风口,用在线全自动下单,全方位优化 TikTok 作品数据 紧抓海外内容新风口,用在线全自动下单,全方位优化 TikTok 作品数据 Business · RW · 5 episodes 从容应对加急需求,智能运维工具依托自动化平台 快速完成临时任务 从容应对加急需求,智能运维工具依托自动化平台 快速完成临时任务 Business · RW · 5 episodes 微博话题原创内容持续补给 靠轻量化发帖维系话题鲜活度排行 微博话题原创内容持续补给 靠轻量化发帖维系话题鲜活度排行 Business · RW · 5 episodes 第一视频播放与互动管理方案,在线全自动下单助力内容精准传播 第一视频播放与互动管理方案,在线全自动下单助力内容精准传播 Business · RW · 5 episodes 找对流量提升方法,自动化平台让百家粉百家赞数据实现阶梯式上涨 找对流量提升方法,自动化平台让百家粉百家赞数据实现阶梯式上涨 Business · RW · 5 episodes 微博全域运营在线全自动下单平台,真人数据+粉丝打造实现账号流量飙升 微博全域运营在线全自动下单平台,真人数据+粉丝打造实现账号流量飙升 Business · RW · 5 episodes 专注资讯与垂直内容传播力提升 多平台阅读量优化 专业服务助力流量提升 专注资讯与垂直内容传播力提升 多平台阅读量优化 专业服务助力流量提升 Business · RW · 5 episodes

Listen to the Kerebuka podcast in Replaio

Radio and podcasts in one app - free, with no sign-up. Install today and do not miss the launch

Get it on Google Play

Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.