John Niyondiko
John K. Niyondiko podcast
This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator
Be sure to visit the podcast's website and support the creator: www.spreaker.com
Where to listen?
Podcasts in the app Replaio Radio Coming soonPodcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts
Episodes
Ivyo nabageze vyose 32. Harura imisi yawe 02.02.2022 17:19
Imisi yo kuba kwisi ni mikeya; tugire ubwenge, tumenye ingene twitwara n'ingene dutegura kazoza kacu. Umuntu apfukamye agasenga, ahabwa ububasha bwo gutegura (prepare), GUHINDURA ibitohindutse. Sengera igihe kiri imbere yawe. Woye kurindira ko ingorane zibanza gushika, senga zitaranaza. Iyo tugiye ku mavi tugasenga Imana irahishura ivyo muri kazoza. Tegura kazoza kawe; ku mavi.
Ivyo Nabageze vyose 30. Ni kuki wiganyira? 27.01.2022 15:53
Iyo dukekeranije Imana, uwo iri, duhita tugira ubwoba tugashaka kwirwanira kandi tutari bubishobore, tugaca dutangura kwiganyira.
Ivyo nabageze vyose 28: Uriko urangiza umwaka ute? 30.12.2021 16:23
Imbere yo kurangiza umwaka, ni vyiza ko umuntu asuzuma ivyumwaka urangiye hama akagira imihigo ya kazoza. Weho, urangije umwaka ute?
Ivyo Nabageze Vyose 27: Gumana Ivyizigiro 19.12.2021 16:47
L'espoir fait vivre. Hope is the anchor
Urukundo - Igipimo kigaragaza ko umuntu ari mu muco 02.12.2021 12:58
Umntu avuga ko ari mu muco ariko akaba yanka umubanyi wiwe canke uwundi muntu numwe aba ari umubeshi.
Ivyo nabageze vyose 25 - wigāne Imana. 11.11.2021 13:27
Dukunde nkuko Imana ikunda, Tubeho ubuzima buhimbara Imana, dukore Ibintu nkuko Yesu Kristo yobikora iyaba yari hano.
Ivyo nabageze vyose 24: Ibwirizwa risumba ayandi 14.10.2021 15:27
Love the Lord your God with all your everything and love your neighbor as yourself are a summary of the 10 commandments.
Ivyo nabageze vyose 23. Imana yawe iri ku ngoma 30.09.2021 16:48
Imana yawe iri ku ngoma.
Ivyo nabageze vyose 22. Kugira akamere k'urukundo 16.09.2021 17:21
Abakiri Yesu akababera Umwami n'Umukiza wabo, abaha akamere k'ubumana bwiwe, akamere k'urukundo.
Ivyo nabageze vyose 21- Icagezwe c'urukundo 09.09.2021 15:33
Egome birashoboka ko ukunda uwutagukunda, ko ugirira neza uwakugiriye nabi. This is the mark of those who belong to Jesus Christ: LOVE with the Love of God
Ivyo nabageze vyose 20. Twizeye Yesu Kristo yanesheje satani 26.08.2021 18:23
Kubera iki iyo akabazo kavyutse duca tugira ubwoba? Duca tugomba kwirwanira? Yewe humura, izere umwami Yesu Kristo, yaranesheje satani. Muhamagare, mubarire ivyo bikugoye.
Ivyo nabageze vyose 19: Ukwizera kutubashisha kugendera hejuru y'imisozi 19.08.2021 17:05
Mbega yesu ni yaza azosanga ukwizera mw'isi? Kubera ukwizera tubasha kugendagenda hejuru ku misozi tukayitambagirako.
Ivyo nabageze vyose 18: Hari ubushobozi mw'izina rya Yesu 15.07.2021 15:08
Yesu yasize atugeze ibintu vyisnhi. Muri vyo harimwo gusenga. Iyo usenga umenye ko harimwo ubushobozi mwizina rya Yesu Kristo Umukiza wacu.
Ivyo Nabageze Vyose 17: Senga Wizeye, Koresha Ijambo ry"Imana 24.06.2021 16:35
When we pray, we need to have faith. Faith in who? In God. We need to use the Word of God and stand on His promises. When we proclaim and declare his words in faith, our prayers become decrees that we utter over whatever we are praying for/about. These things and situations have to obey. Glory be to God.
Old PTI worship team members visiting at PTI church 19.06.2021 3:21
PTI worship team
Ivyo nabageze vyose 16: Hagarara mu kirengero 10.06.2021 16:02
God is calling you and me to stand in the gap - to intercede for others, for our churches, our families, our cities, our neighborhood, our countries, our ministries, etc
Ivyo nabageze vyose 15 - Tarika amaboko 22.05.2021 12:44
Iyo umuntu ataritse amaboko mu gusenga aba avuze ati Mana sinshoboye, nuze wewe urwane kuko urabishoboye
Ivyo Nabageze Vyose 13: Ivyiza bine biva mu gushima Imana 12.05.2021 16:23
Birabereye gishima Imana - It is good to praise the Lord
Ivyo nabageze vyose 12 - Dusenze Imana irakora bigahinduka 28.04.2021 15:53
When the people of God pray, God works and things get changed for real and for good.
Tabara tabara 23.04.2021 4:09
Uwushobora gufasha kuvuza Celestin Havyarimana ahamagariwe kugira ico akoze. Umudame wiwe Justine ariko ababwira kwo vyagenze n'ukwo bimaze.
Ivyo nabageze vyose 11 - Senga gutya 22.04.2021 14:41
Jesus taught us to start our prayer time with praise and to close it with praise. You remind God who he is, you remind yourself who God is, and you remind satan who God - the God who resurrected Jesus of Nazareth from the dead, is; you are telling even the problems and issues that are in your life that God is way bigger than them. Hallelujah.
Ivyo nabageze vyose 10 - Ntaco Urira 14.04.2021 17:43
weep no more! No matter what you are going through. Jesus is with you. He is able to save you. He is the Lion and the Lamb. weep no more. Just believe.
Ivyo nabageze vyose 9: Kwizera Imana - Kwizera ico Imana ivuze n'ivyiza bivamwo 31.03.2021 19:25
When you believe and do what God tells you to do, you will see great results. In the first place, it may sound that God asks you to do a stupid thing. However, when you obey, you will see amazing things.
Ivyo nabageze vyose 8 - Zana abandi kuri Yesu 24.03.2021 14:29
Yesu yatanze itegeko ko buri muntu wese amaze kumwizera akora igikorwa co kuzana abandi kuri we, bagahinduka abigishwa biwe. Haguruka yewe wakijijwe ubwire abandi ko Yesu abakunda kandi ko ari Umwami, ko bakeneye kumwakira mu mitima yabo.
Similar podcasts
Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.