John Niyondiko

John K. Niyondiko podcast

Society EN ↓ 85 Folgen

This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator

Besuch unbedingt die Website des Podcasts und unterstütze die Macher: www.spreaker.com

Autor

John Niyondiko

Kategorie

Society

Podcast-Website

www.spreaker.com

Neueste Folge

21. Feb 2024

Wo hören?

Podcasts in der App Replaio Radio Bald verfügbar

Podcasts kommen bald in die App. Installiere sie jetzt und erlebe als Erster einen ganz neuen Blick auf Podcasts

Bei Google Play herunterladen Kostenlos installieren Android fast 10 Mio. Downloads · Bewertung 4,8 iOS bald

Folgen

Ivyo Nabageze Vyose 69. Tugende tubwire abandi ivyo Imana yadukoreye 21.02.2024

I once was lost but now I am found, was blind but now I see.

Ivyo Nabageze Vyose 68. Shira Ibirwanishwa Vyawe Hasi, Imana Ikurwanire 24.01.2024
Ivyo Nabageze Vyose 67. Gira amaso abona inyuma y'umusozi nka Mariya na Yosefu 13.12.2023
Ivyo Nabageze Vyose 66 Gira Amaso Abona Inyuma y'umusozi 06.12.2023
INV 65 - Kora gutya nimba ushaka kubona Imana 22.11.2023
Ivyo Nabageze Vyose 64. Wewe baharire kandi ubasabire ivyiza hanyuma urabe ibikurikira! 17.10.2023

Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako.

Ivyo Nabageze Vyose 63. Yesu Umurwaneza par excellence 20.09.2023
Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora! 22.08.2023

Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!

Ivyo Nabageze Vyose 61 - Ntukihore1 09.08.2023
Ivyo Nabageze Vyose 60. Icompa Abantu b'Uhoraho bose Bakavugishwa Nawe! 20.07.2023

Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.

Ivyo Nabageze vyose 59. Umviriza iyi nkuru y'uwu Mugabo!! 12.07.2023

Uwu mugabo yitwa Mose yipfuza ko abantu b'uhoraho bose bavugishwa nawe. Ntiyashaka ko aba rurangiranwa wenyene. uburwaneza bugaragarira mu gushira imbere abandi.

Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu 31.05.2023

Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza. Ariko aho nyene niho Imana yaciye iza iramwiyerekera, niho yaronkeye umugisha.

Ivyo Nabageze Vyose 57 - Ca Bugufi Wihane Utarahanwa 17.05.2023
Iyo Nabageze Vyose 56 - Umurwaneza wa mbere mw'isi yoooose 26.04.2023
Ivyo Nabageze Vyose 55. Urahiriwe wewe utuntuzwa n'ubukene bwawe bwo mu mutima 12.04.2023

Ubukene - ubworo bwo mu mutima, iyo umuntu amaze kubwibonako, hanyuma agaca atuntuzwa n'ubwo bukene kuburyo bimutera kurondera guharirwa ivyaha vyiwe, aba ari umuhirwe.

Ivyo Nabageze Vyose 54' - Tugire ubworo bwo mu mutima" 02.03.2023

Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

Ivyo Nabageze Vyose 54 - Tube aboro mu mitima yacu 02.03.2023

Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

Ivyo Nabageze Vyose 53. Hahirwa series - Introduction 22.02.2023
Ivyo Nabageze Vyose 52. Yesu ni nde? 01.02.2023

Yesu ni Jambo w'Imana Yesu ni Umuremyi Yesu ni Umwami Yesu ni Umuherezi Mukuru Yesu ni Umukiza atanga agakiza - sozo Yesu ni we atanga amahoro - shalom: tranquility, wholeness, completeness, health, wealth, propsperity, favor, the ability to finish, to be safe. Ni Imana Yesu ntaterwa n'isoni ryo kutwita aba frères (n'aba soeurs) biwe Natwe yatugize abami n'abaherezi: we reigne and give command and...

Ivyo Nabageze Vyose 51 Bigaragare ko turi abo Twahamagariwe Kuba 11.01.2023

Igihe Yesu yakoresha ijambo ishengero - ekklesia, abamwumvise batahuye iki? Batahuye ko abarungitse kumuserukira mu mahanga yose,

Ivyo Nabageze Vyose 50. Ni Igiki Cazanye Yesu Mw'isi? 21.12.2022

Jesus came in the world to be like us so to save us from our sins

Ivyo nabageze vyose 48'. Igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. 22.11.2022

Ubwo hageze ko utabarwa, igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. Imana ntikangwa ikintu na kimwe mu bikurwanya, ntikangwa abasirikare, amasasu, abakwanka, abakuvuga nabi, n'ibindi.

Ivyo Nabageze Vyose 48. Uratabawe nta kabuza 16.11.2022

Since it is your time to be rescued, your miracle has arrived; no one can block your miracle

Ivyo Nabageze Vyose 47. Inyungu ziva mu guhomba 6. Ugusenga Igice ca 2 12.10.2022

When we pray, we get changed to be able to receive what God has planned for us

Ivyo nabageze vyose 46. Inyungu ziva mu guhomba 5. Ugusenga 1 28.09.2022

when we pray, We are humbling ourselves before God. We get rewarded; we benefit from it. We do not pray to change the will of God. We pray to have communion with the living God in such a way that he will change you to have the ability to receive that which he has for us. Ravi Zacharias

Höre den Podcast John K. Niyondiko podcast in Replaio

Radio und Podcasts in einer App - kostenlos und ohne Anmeldung. Installiere sie noch heute und verpasse den Start nicht

Bei Google Play herunterladen

Replaio ist kein Herausgeber von Podcasts; die Namen der Sendungen, Cover und Audioinhalte gehören ihren Autoren und werden über öffentliche RSS-Feeds verbreitet