John Niyondiko
John K. Niyondiko podcast
This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator
Be sure to visit the podcast's website and support the creator: www.spreaker.com
Where to listen?
Podcasts in the app Replaio Radio Coming soonPodcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts
Episodes
Ivyo Nabageze Vyose 69. Tugende tubwire abandi ivyo Imana yadukoreye 21.02.2024 14:19
I once was lost but now I am found, was blind but now I see.
Ivyo Nabageze Vyose 64. Wewe baharire kandi ubasabire ivyiza hanyuma urabe ibikurikira! 17.10.2023 16:11
Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako.
Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora! 22.08.2023 12:33
Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!
Ivyo Nabageze Vyose 60. Icompa Abantu b'Uhoraho bose Bakavugishwa Nawe! 20.07.2023 9:31
Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.
Ivyo Nabageze vyose 59. Umviriza iyi nkuru y'uwu Mugabo!! 12.07.2023 14:53
Uwu mugabo yitwa Mose yipfuza ko abantu b'uhoraho bose bavugishwa nawe. Ntiyashaka ko aba rurangiranwa wenyene. uburwaneza bugaragarira mu gushira imbere abandi.
Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu 31.05.2023 16:39
Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza. Ariko aho nyene niho Imana yaciye iza iramwiyerekera, niho yaronkeye umugisha.
Ivyo Nabageze Vyose 55. Urahiriwe wewe utuntuzwa n'ubukene bwawe bwo mu mutima 12.04.2023 13:29
Ubukene - ubworo bwo mu mutima, iyo umuntu amaze kubwibonako, hanyuma agaca atuntuzwa n'ubwo bukene kuburyo bimutera kurondera guharirwa ivyaha vyiwe, aba ari umuhirwe.
Ivyo Nabageze Vyose 54' - Tugire ubworo bwo mu mutima" 02.03.2023 15:59
Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.
Ivyo Nabageze Vyose 54 - Tube aboro mu mitima yacu 02.03.2023 14:14
Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.
Ivyo Nabageze Vyose 52. Yesu ni nde? 01.02.2023 15:19
Yesu ni Jambo w'Imana Yesu ni Umuremyi Yesu ni Umwami Yesu ni Umuherezi Mukuru Yesu ni Umukiza atanga agakiza - sozo Yesu ni we atanga amahoro - shalom: tranquility, wholeness, completeness, health, wealth, propsperity, favor, the ability to finish, to be safe. Ni Imana Yesu ntaterwa n'isoni ryo kutwita aba frères (n'aba soeurs) biwe Natwe yatugize abami n'abaherezi: we reigne and give command and...
Ivyo Nabageze Vyose 51 Bigaragare ko turi abo Twahamagariwe Kuba 11.01.2023 16:07
Igihe Yesu yakoresha ijambo ishengero - ekklesia, abamwumvise batahuye iki? Batahuye ko abarungitse kumuserukira mu mahanga yose,
Ivyo Nabageze Vyose 50. Ni Igiki Cazanye Yesu Mw'isi? 21.12.2022 13:32
Jesus came in the world to be like us so to save us from our sins
Ivyo nabageze vyose 48'. Igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. 22.11.2022 12:59
Ubwo hageze ko utabarwa, igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. Imana ntikangwa ikintu na kimwe mu bikurwanya, ntikangwa abasirikare, amasasu, abakwanka, abakuvuga nabi, n'ibindi.
Ivyo Nabageze Vyose 48. Uratabawe nta kabuza 16.11.2022 12:58
Since it is your time to be rescued, your miracle has arrived; no one can block your miracle
Ivyo Nabageze Vyose 47. Inyungu ziva mu guhomba 6. Ugusenga Igice ca 2 12.10.2022 14:52
When we pray, we get changed to be able to receive what God has planned for us
Ivyo nabageze vyose 46. Inyungu ziva mu guhomba 5. Ugusenga 1 28.09.2022 15:36
when we pray, We are humbling ourselves before God. We get rewarded; we benefit from it. We do not pray to change the will of God. We pray to have communion with the living God in such a way that he will change you to have the ability to receive that which he has for us. Ravi Zacharias
Similar podcasts
Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.