VOA

Amakuru ku Mugoroba - Voice of America

News RW ↓ 250 episodes

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

Author

VOA

Category

News

Podcast website

www.radiyoyacuvoa.com

Latest episode

Mar 31, 2025

Where to listen?

Podcasts in the app Replaio Radio Coming soon

Podcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts

Get it on Google Play Install for free Android 5M+ downloads · 4.8 rating iOS soon

Episodes

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 29, 2024 29.07.2024

U Rwanda rwatangaje ko rwatewe n’ikiza c'indwara y'ibihara vy'inkende. Burundi: Imwe mu migambwe yemeza ko CNDD-FDD, ari wo wiganziye umurwi ujejwe gutegura amatora ku rwego rw’intara CEPI Amerika: Perezida Joe Biden ashaka ko abashingamateka bemeza amategeko agabanya ubudahangarwa rw’abaprezida

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 26, 2024 26.07.2024

Uburundi bwatangaje ko bwatewe n'ikiza c'ingwara y'ibihara vy'inkende. I Kigali mu Rwanda hatanguye inama mpuzamakungu ku mahoro. Prezida wa Nijeriya n'ingabo z'ico gihugu bagabisha abohirahira bagakora imyiyerekano nk'iyo muri Kenya. Imikino ya Olempike yatanguye mu Bufaransa

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 25, 2024 25.07.2024

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 24, 2024 24.07.2024

Mu karere ka Rubavu mu ntara y’u Burengerazuba bw’u Rwanda, Leta yatanguye gusenyura amazu y’abanyagihugu hakurikijwe igishushanyo mbonera co mu 2020-2050. Muri Kenya, abamenyeshamakuru bifatanyije n’abari mu myiyerekano. Umuyobozi w'umutwe urwanya ubutegetsi wa RSF azokwitaba ibiganiro kuri Sudani.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 23, 2024 23.07.2024

Inzego z’umutekano muri Uganda zagerageje kuburizamwo imyiyerekano y’isinzi ry’urwaruka rwiyamiriza ibiturire. Muri Kenya absahigikiye Prezida William Ruto n'abatamushigikiye batanye mu mitwe. Uwujejwe urwego rukingira abategetsi bakuru ba Amerika yeguye.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 22, 2024 22.07.2024

Kamala Harris ashima "ubutwari bwa Prezida Joe Biden" yatangaje ko atazahatanira indi manda. Mu karere ka Rubavu mu Rwanda Leta yatangiye gusenya amazu y’abaturage hakurikijwe igishushanyo mbonera cya 2020-2050.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 19, 2024 19.07.2024

Donald Trump wigeze kuyobora Amerika yaraye yemeye kuzahagararira ishyaka ry’abarepubulikani mu matora yo mu kwa 11. Prezida William Ruto yashyizeho bamwe mu baministiri bashya nyuma. Kongo Yahagaritse Ibikorwa Vyose vyo Gucukura Amabuye y'Agaciro n'Ubutare muri Kivu y'Epfo

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 18, 2024 18.07.2024

Uburundi na Repuburika ya Demukarasi ya Kongo ntacyo bavuze ku ntsinzi ya Perezida Kagame n’ishyaka FPR mu matora aheruka. Amerika yishimiye ko Kongo n’umutwe wa M23 bongereye iminsi 15 yo guhagarika intambara. Umuryango w’Ubumwe bw’Uburayi watangiye inama iganira uburyo bwo gushyigikira Ukraine.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 17, 2024 17.07.2024

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 16, 2024 16.07.2024

Ibisigarira vy’Umuhisi Petero Buyoya yahoze ari prezida w’Uburundi vyatahukanywe mu gihugu c’amavukiro yiwe. Isirayeri ibandanya kugaba ibitero mu bice bitandukanye vy’intara ya Gaza. Abatavuga rumwe na reta ya Kenya basubiriye mu myiyerekano yo gusaba Prezida William Ruto kuva ku butegetsi

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 15, 2024 15.07.2024

Abanyarwanda bagera kuri miliyoni icenda kuri uyu wa mbere bazindukiye mu matora y’umukuru w’igihugu n’ay’abadepite. Igipolisi ca Kenya cafashe umwicanyi karuhariwe yemeye kuba ari we aherutse kwica abakenyezi 42.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 12, 2024 12.07.2024
Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 11, 2024 11.07.2024

Mu Rwanda, kandida Frank Habineza aravuga ko yaregeye komisiyo y’amatora ibibazo by’ihohoterwa yemeza ko yakorewe mu gihe cyo kwiyamamaza. Muri Kenya, Perezida William Ruto yirukanye abaminisitiri bose. Uburusiya bwashyize Yulia Navalnaya Umupfakazi wa Alexei Navalny ku rutonde rw'abakora iterabwoba

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 10, 2024 10.07.2024

Ba minisitiri b’Umuryango w’Afrika y’Uburasurazuba bakoze inama y’umwiherero I Zanzibar muri Tanzaniya ku bibazo by’umutekano. Uganda irahakana kuba inyuma ya M23. Inama y’abakuru b’ibihugu bya OTAN yaraye itangiye imilimo yayo hano I Washington.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 09, 2024 09.07.2024

ONU ifise impungenge ko intambara hagati ya M23 na Kongo ishobora gukwira mu karere kose ka Afurika y'ubuseruko. Muri Amerika hashizweho ibiro vy'itora 17 mu rwego rwo korohereza abanyarwanda bahaba kuzotora. Umunyagihugu wa Uganda yagirijwe gukorana n'abarwanyi biyitirira idini rya Isiramu

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 08, 2024 08.07.2024

Ku wa Mungu U Rwanda ruzokwinjira mu matora rusangi, Ni ku ncuro ya mbere umukuru w’igihugu azotorerwa rimwe n’abashingamateka. Muri Kongo, sentare yaciriye igihano co kwicwa abasirikare 22 bagirizwa gutoroka urugamba mu ntambara ya M23. Uburusiya bwarashe urufaya rwa misile muri Ukraine

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 05, 2024 05.07.2024

Kolera yateye mu ntara za Makamba na Rutana mu Burundi. Mu Rwanda urukiko rwatesheje agaciro bw'uwasaba ko cyamunara ku mutungo wo kwa Rwigara yagumana agaciro. Perezida wa Kenya yafashe icyemezo cyo kugabanya ingengo y’imali ya leta. Mu Bwongereza ishyaka ryitiriwe abakozi ryaraye ritsinze amatora

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 04, 2024 04.07.2024

U Rwanda rwizihije ku nshuro ya 30 'umunsi wo kwibuhora'. Urukiko rwa gisirikare muri Kongo rwakatiye abasirikare 25 bataye urugamba igihano cy'urupfu. Abarwanyi ba CODECO bishe Abashinwa batandatu mu burasirazuba bw'igihugu. Amerika yizihije umunsi w'ubwigenge bwayo ku nshuro ya 248.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 03, 2024 03.07.2024

Igiciro cy’indagara mu Burundi kimaze kwikuba inshuro 3 bitewe n’ibura ryazo ku masoko yo mu gihugu. Muri Tanzaniya abana babarirwa mu bihumbi mu nkambi za Nduta na Nyarugusu bugarijwe n’indwara ya bwaki. Abateguye imyigaragambyo isaba iyegura rya Prezida William Ruto bahinduye umuvuno.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 02, 2024 02.07.2024

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 01, 2024 01.07.2024

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

Amakuru ku Mugoroba - Kamena 28, 2024 28.06.2024

Perezida Joe Biden w’Amerika na Donald Trump wahoze ari perezida baraye bagiranye ikiganiro-mpaka cya mbere cyo kwitegura amatora. Abagize Leta y’Uburundi basubije bimwe mu bibazo by’abanyamakuru n’abanyagihugu bari mu ntara ya Makamba. Ishyaka ANC ntirirabasha gushyiraho guverinoma.

Amakuru ku Mugoroba - Kamena 27, 2024 27.06.2024

Mu Rwanda, impanuka y'imodoka yahitanye abantu 3 mu bari bagiye mu bikorwa vyo kwamamaza Prezida Paul Kagame. Igisata cungururizwamwo imanza muri Sentare ntahinyuzwa y'Uburundi cemeje ko Alain Guillaume Bunyoni apfungwa ubuzima bwose. Polisi ya Kenya yatanye mu mitwe n'abashaka gukora imyiyerekano

Amakuru ku Mugoroba - Kamena 26, 2024 26.06.2024

Prezida wa Kenya, William Ruto yanse gushira umukono kw’itegeko ryo kongereza amatagisi ryateje imyiyerekano imaze kugwamo abantu barenga 20.Muri Sudani, abanyagihugu bariko barahunga ibitero vya RSF yasatiriye igisagara ca Sennar. Ejo ku wa kane, Biden na Trump baonyinyurana mu kiganiro mpaka.

Amakuru ku Mugoroba - Kamena 25, 2024 25.06.2024

Burundi: Abasirikare Banse kuja Kurwana muri Kongo Baciriwe Umunyororo uri Hagati y'Imyaka 20 na 30. Muri Kenya, abantu batanu bari mu myiyerekano bahitanywe n'amasasu ya polisi. HRW isaba Mali kurekura abapfunzwe Bazira gusaba ko ubutegetsi busubizwa abasivile.

Listen to the Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast in Replaio

Radio and podcasts in one app - free, with no sign-up. Install today and do not miss the launch

Get it on Google Play

Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.