VOA
Amakuru ku Mugoroba - Voice of America
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Where to listen?
Podcasts in the app Replaio Radio Coming soonPodcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts
Episodes
Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 02, 2024 02.09.2024 29:53
Kongo yashinguranye iteka ibisigarira vy'impunzi 200 zazize intambara, inzara n’imyuzure. Nijeriya yagirije abantu 10 ivyaha vyo guhemukira igihugu. Abategetsi batandukanye bo muri Afurika bari mu Bushinwa mu nama yo kuraba ingene imigenderanire y’ico gihugu n’umugabane wa Afurika itezwa imbere
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 30, 2024 30.08.2024 29:56
Bamwe mu Barundi basaba kuronswa amazi meza kugira bashobore guhangana n’ikiza c'ibihara vy’inkende. Abarimu bo mu gisagara ca Goma bakoze imyiyerekano basaba kongerwa umushahara. Muri Uganda abajejwe umutekano batanguye iperereza ku muntu basaganye uduhanga tw'abantu 24.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 29, 2024 29.08.2024 29:56
Mu Rwanda, umuryango w’uwitwa Uzziel Ntakirutimana aba mu murenge wa Remera, mu karere ka Rutsiro ushaka kumenya irengero rye. Abahitanywe n’Imvura y’isegenya imaze indwi zibiri irwa muri Nijeriya, barenze 175. Uburusiya bwashize Abanyamerika 92 ku rutonde rw’abantu batemerewe kuja muri ico gihugu.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 28, 2024 28.08.2024 29:56
RDC: Urukiko rwa gisirikare rwahanishije abasirikare umunani igihano cyo kwicwa Amerika na Canada bahagaritse by’agateganyo kwimukirayo kw’impunzi z’Abanyekongo bava mu Burundi kubera icyorezo cy’ibihara by’inkende Abasenateri babiri b’Amerika barasaba NBA guca umubano n’u Rwanda
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 27, 2024 27.08.2024 29:56
Abahunze intambara mu burasirazuba bwa Kongo, barambiwe kuba mu nkambi bategereje impfashanyo. Esipanye izaha Afurika imfashanyo y’inkingo 500.000 z'ubushita bw’inkende. Abakora ubutabazi muri Sudani barashakisha abarokotse, nyuma y’uko amazi y’imvura asenye urugomero, agateza imyuzure ikomeye.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 26, 2024 26.08.2024 29:56
Mu Burundi abanyagihugu b’iBujumbura bugarijwe n’ikena ry’amazi meza. Tanzaniya ipfunze impunzi z’Abarundi zirenga 70. Ubushinwa bwiyamye Amerika ku bihano iheruka ku bufatira Irani yagabishije ko ibwirizwa kwihora Isirayeri kw’iyicwa ry’indongozi w’igisata ca politike mu murwi wa Hamas
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 23, 2024 23.08.2024 29:56
Umugambwe w’abademokrate waraye usozereye inama yawo rukokoma mu gisagara ca Chicago muri reta ya Illinois. Ikigega mpuzamakungu citaho abana, UNICEF, gihangayikishijwe n’umuvuduko w’ubwandu bw’ibihara vy’inkende muri Afurika. Sudani yasubiye guterwa na Korera
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 22, 2024 22.08.2024 29:56
Tim Walz yemeye ku mugaragaro guhagararira ishyaka rye ry’abademokarate nka kandida visi perezida. Mu karere ka Kamonyi, abahinzi baratabaza kubera rwiyemezamirimo watwaye umusaruro wabo ntabishyure. Umubare w'abaguye mu mpanuka y’ubwato muri Kongo ugeze kuri 29
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 21, 2024 21.08.2024 29:56
U Rwanda rwatangiye gusenya insegero zitujuje ibyangombwa bahereye mu ntara y'Amajyaruguru. Barack Obama avuga ko Kamala Harris ari we ubereye kuyobora Amerika muri iki gihe. Muri Kenya abapolisi batanu bagejejwe mu rukiko baregwa gufasha umwicanyi ruharwa n’abandi 12 gutoroka kasho ya polisi.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 20, 2024 20.08.2024 29:56
Inama rukokoma, Convention, y’ishyaka ry’Abademokarate iteraniye mu mujyi wa Chicago. Leta ya Uganda iratangaza ko yasenyaguye ikigo cya gisirikare cya nyuma cya LRA muri Centrafrika. Muri Kenya, umwicanyi ruharwa yatorotse kasho ya polisi yari afungiyemo
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 19, 2024 19.08.2024 29:56
Inama rukokoma y’ishyaka ry’abademokarate izemeza visi perezida w’Amerika Kamala Harris ku mwanya w’umukandida w'iryo shyaka mu itora rya perezida iratangira. Urugaga ruharanira inyungu z’abakozi bo mu masosiyete y’indege muri Kenya, rwasubitseho ibyumweru bibiri imyigagambyo
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 16, 2024 16.08.2024 29:56
Umunyamakuru Floriane Irangabiye yarekuwe ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu nyuma y'imyaka ibiri afunzwe. Leta ya Kongo itangaza ko ubushita bw'inkende bukwirakwira mu ntara z'igihugu ku buryo bwihuse. Muri Kenya ku wa mbere hazatangira imyigaragambyo y’abakora mu by’ingendo z’indege.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 15, 2024 15.08.2024 29:57
Mu Burundi, ikena ry’umuyagankuba rimaze gusubiza inyuma iterambere ry’abanyagihugu. Muri Kongo abantu 80 bo mu gisagara ca Goma bicishijwe imbunda mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa. I Doha ku murwa mukuru wa Katari hariko habera ibiganiro ku ntambara ya Isirayeri na Hama
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 14, 2024 14.08.2024 29:56
Perezida Paul Kagame w'u Rwanda yarahije Ministiri w'Intebe Edouard Ngirente n'abagize inteko ishinga amategeko. Abahinzi b'umuceri bo mu Bugarama, mu karere ka Rusizi bahombejwe no kubona aho bawugurisha. Turavuga no ku kibazo cy'imihanda mu ntara ya Cankuzo, kizitira iterambere ry'abahatuye.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 13, 2024 13.08.2024 29:56
Abarokotse ubwicanyi bumaze imyaka 20 buhitanye abantu 166 mu Gatumba mu Burundi basaba ubutabera mpuzamahanga gukurikirana abakekwaho icyo cyaha. Ubutegetsi bwa Tanzaniya bwarekuye abayobozi b’ishyaka rya Chadema ritavuga rumwe n’ubutegetsi.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 12, 2024 12.08.2024 29:56
Mu Burundi imirimo yose yari yahagaze i Bujumbura. Abakozi bose bari mu kazi ko gusukura umujyi. Muri Tanzaniya, polisi yataye muri yombi umukuru w’ishyaka Chadema ritavuga rumwe n’ubutegetsi, Tundu Lissu, na bagenzi be. Ubudage, Ubufaransa, n'Ubwongereza barasaba agahenge mu ntambara yo muri Gaza
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 09, 2024 09.08.2024 29:56
Amakungu yahimbaje umunsi wahariwe abasangwabutaka. Bamwe mu bo mu Rwanda bavuga ko bahohoterwa n'ikibano. Kongo yaciriye igihano co gupfa 25 barimwo indongozi za M23. Microsoft yagiriza Irani kwivanga mu matora ya Amerika.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 08, 2024 08.08.2024 29:55
ONU yahaye uburenganzira ingabo zayo MONUSCO gutera inkunga abasirikare ba SADC mu burasirazuba bwa Kongo Abanyekongo bahungiye mu Rwanda bibutse bagenzi babo bishwe mu ntambara zo muri Republika ya Demokarasi ya Kongo Kenya: polisi yarashe ibyuka biryana mu maso mu barurage bigaragambyaga i Nairobi
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 07, 2024 07.08.2024 29:56
Uburundi buhamagarira impunzi zose zahungiye muri Tanzaniya gutahuka. Perezida wa Kongo Tshisekedi, yagiriza uwo yasubiriye Kabila gutegura ibikorwa vyo kwigomeka ku butegetsi. Nijeriya yataye muri yombi abanyagihugu ba Polonye 7 bariko bakora imyiyerekano bafise amabendera y'igihugu c'Uburusiya.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 06, 2024 06.08.2024 29:56
Abagize ihuriro ry’abanyeshuri biga muri za Kaminuza muri Kongo barasaba leta guhagurukira ikibazo cy'umutekano. Muri Amerika Kamala Harris yatangaje uzamubera kandida visi prezida. Turagaruka no ku ndwara zo mu mutwe ziviramo abagabo benshi kwiyahura kurusha abagore.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 05, 2024 05.08.2024 29:56
Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo, amasezerano yo guhagarika ingwano ntiyubahirijwe. Abarundi baba muri Zambiya basaba ko umutekano wabo ukingirwa. Amerika yatahukanye abasirikare bayo bose bari basigaye muri Nijeri.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 02, 2024 02.08.2024 29:56
Kongo yibutse ubwicanyi bumaze imyaka mirongo bubera mu burasirazuba. Uwari umuyobozi mukuru wa Hamasi Ismail Haniyeh wiciwe muri Irani, yashyinguwe kuri uyu wa gatanu muri Katari. Muri Nijeriya abapolisi basabwe kuryamira amajanja kandi igisirikare gishobora gusabwa kufasha guhosha imyigaragambyo.
Amakuru ku Mugoroba - Kanama 01, 2024 01.08.2024 29:56
Guverinoma y’u Rwanda irimo gufunga insengero, ivuga ko zitujuje ibyangombwa. Muri Nijeriya, imyigaragambyo yo kwamagana ubuzima buhenze yabaye koko nk’uko yari iteganyijwe. Mu Buhinde, icyizere cyo kubona abantu 180 baburiwe irengero mu nkangu kirimo kirazimira.
Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 31, 2024 31.07.2024 29:56
U Rwanda na Kongo vyumvikanye ko ingwano ihagarara mu burasirazuba bwa Kongo guhera ku itariki ya 4 y’ukwezi kwa munani. Umukuru w’umutwe wa Hamas yiciwe i Teherani muri Irani. Nijeriya yiteguriye imyiyerekano ikaze y'ejo ku wa gatatu.
Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 30, 2024 30.07.2024 29:56
Uburundi bugiye gukora rusansuma rw’abanyagihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi guhera ku wa 16 z’ukwezi kuza kwa munani. Igipolisi ya Uganda gitangaza ko catoye uduhanga tw’abantu cumi n’indwi mu kibanza bikekwa ko gisengegwamwo ibigirwamana. Amerika isaba Isirayeri na Libani kuja mu biganiro.
Similar podcasts
Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.