Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”.Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961)Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)

Não deixe de visitar o site do podcast e apoiar quem o produz: podcasters.spotify.com

Autor

Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Categoria

Society

Site do podcast

podcasters.spotify.com

Último episódio

31 de mai de 2026

Onde ouvir?

Podcasts no app Replaio Radio Em breve

Os podcasts estão chegando ao app. Instale agora e seja o primeiro a descobrir um jeito totalmente novo de curtir podcasts

Baixe no Google Play Instale grátis Android 5 mi+ downloads · nota 4,8 iOS em breve

Episódios

#37: CVR Irabesha 21.02.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#36: Kuririra uwutakwumviriza 13.02.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#35: Ubwoko ntaco bumaze muri politike 06.02.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#34: Ubumwe Bw'Abarundi niwo muti wonyene ufise akamaro 30.01.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#33: Tabara tabara, Igice ca 2 . 23.01.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#32: Ivyaranze Umwaka Wa 2022, Igice Ca 2 16.01.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#31: Tabara, Tabara 09.01.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#30: Ivyaranze Umwaka Ushize , Igice Ca 1 02.01.2023

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#29: Noeli nziza n'Umwaka mwiza 26.12.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#28: Urukundo rwa Mumpekure 19.12.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#27: Ibihwiji biti :"Amani" 12.12.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#26: Kongo irasambutse ntakabuza 05.12.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#25: Imbere si heza namba, kiretse... 28.11.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#24: Twiganzure amacakubiri 21.11.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#23: Ibintu vyoba bigiye guhinduka? 14.11.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#22: Republika ntikiriho ! 07.11.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#21: Abashingantahe babatwaye iki? 31.10.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#20: Incungu ni iki ? 24.10.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#19:"Ushaka kumpoza ntampore" 17.10.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#18: Ibidakundanye ntibijana 10.10.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#17: Ubushingantahe bwoba bwarahavuye? 03.10.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#16 : Igihano co gupfa mu Burundi 26.09.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#15:Ikizira carahavuye? 19.09.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#14: Abategetsi bashasha 12.09.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#13: Ikinyoma kiragiye ahabona... 05.09.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

Ouça o podcast Mwambutsa-Bonne-Gouvernance no Replaio

Rádio e podcasts em um só app - grátis e sem cadastro. Instale hoje e não perca o lançamento

Baixe no Google Play

O Replaio não é o publicador dos podcasts; os nomes dos programas, as capas e o áudio pertencem aos seus autores e são distribuídos por feeds RSS públicos