Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”.Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961)Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)
Author
Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Category
Podcast website
Latest episode
May 31, 2026
Where to listen?
Podcasts in the app Replaio Radio Coming soonPodcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts
Episodes
#35Ki: Ba ntahomfatwa 23.10.2024 16:13
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#34Fr:L'idéologie génocidaire doit disparaître 20.10.2024 17:38
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#33Ki:Iyo Demokarasi iragatsindwa 14.10.2024 16:59
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#32Fr:Nkurunziza est Hutu, Ndayizeye est Tutsi... 11.10.2024 17:51
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#31Ki:Rwagasore ati:... 09.10.2024 20:17
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#30Fr:La démocratie au futur 04.10.2024 20:50
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#29Ki:Inkuba na Sentare wotora iki? 02.10.2024 18:08
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#28Fr:Les Fdrl sont là depuis longtemps 28.09.2024 18:24
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#27Ki: Gushingira Intahe Umushingantahe Venant Bamboneyeho 23.09.2024 20:11
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#26Fr:Prof Venant Bamboneyeho vient de nous quitter ; Hommage. 21.09.2024 18:50
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#25Ki:Uprona yaratsinze mu 1961 16.09.2024 16:20
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#24Fr:18 Septembre 1961 15.09.2024 16:53
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#23Ki:Ibihendwa abana... 11.09.2024 16:37
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#22Fr:Des elections pour quoi faire? 09.09.2024 17:22
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#21Ki:Agasozi k'intabarirwa 02.09.2024 17:44
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#20Fr:La primauté revient au droit 31.08.2024 18:29
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#19Ki:Ico batinye kubabwira 27.08.2024 19:43
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#18Fr:L'inutilité des quotas "ethniques" 24.08.2024 16:23
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#17Ki:Ninde atinya kuvuga ko aba génocidaires bariho mu Burundi? 20.08.2024 18:30
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#16Fr:Arusha dans sa médiocrité 17.08.2024 16:37
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#15Ki:Uwufise amatwi numutima... yumve yongere yibaze! 13.08.2024 17:10
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#14Fr:Et puis vint Ntega et Marangara 10.08.2024 17:22
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#13Ki:Ntega na Marangara havuyemwo iki? 06.08.2024 16:48
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#12Fr:Élections au Rwanda 02.08.2024 16:54
Présenté par Consultant, podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
#11Ki:Umugambi bitiriye Simbananiye 29.07.2024 17:05
Ikiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPod
Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.