VOA
Murisanga - Voice of America
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Where to listen?
Podcasts in the app Replaio Radio Coming soonPodcasts are coming to the app soon. Install now and be the first to see a whole new take on podcasts
Episodes
Murisanga - Werurwe 06, 2025 06.03.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Werurwe 05, 2025 05.03.2025 59:56
Mu kiganiro “Murisanga” c’uyu musi turavuga ku nama y’abashikiranganji bajejwe ikigega n’abakuru b’amabanki makuru bo mu bihugu 20 bitunze n’ibiriko biratera imbere kurusha ibindi kw’isi aho batashoboye kumvikana kw’itangazo risozera inama iherutse kubera mu gisagara ca Cape Town muri Afrika y’epfo.
Murisanga - Werurwe 04, 2025 04.03.2025 59:56
Mu kiganiro Murisanga cy’uyu munsi turaganira na rwiyemezamirimo w’Umunyarwanda utuye muri Amerika. Akora ubucuruzi bushingiye ku bikorwa gakondo. Aratubwira ukuntu yahisemo kubyaza umusaruro bimwe mu bikorwa bishingiye ku muco wa Kinyarwanda n’uburyo yabigezeho.
Murisanga - Werurwe 03, 2025 03.03.2025 59:56
Mu kiganiro Murisanga uyu munsi turaganira ku kibazo cy'amadeni (imyenda) ibihugu by'Afrika y'Uburazirazuba bifitiye ibihugu bikize n'ibigo mpuzamahanga by'imali. Abahanga bemeza ko kiremereye cyane kandi ko gifite ingaruka ku buzima busanzwe bwa buri munsi bw'abaturage.
Murisanga - Werurwe 02, 2025 02.03.2025 59:56
Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu.
Murisanga - Werurwe 01, 2025 01.03.2025 59:56
Mu kiganiro Murisanga turi kumwe n’inzobere mu buvuzi ngorora ngingo. Turaganira ku bibazo by’umugongo. Uterwa n’iki? Umuntu yawitaho ate? Yakora iki igihe yawurwaye? Ese umugongo uravurwa ugakira? Ibyo ni bimwe mubyo turi bubaze muganga.
Murisanga - Gashyantare 28, 2025 28.02.2025 59:56
Mu kiganiro Murisanga uyu munsi turaganira ku kibazo cy'amadeni (imyenda) ibihugu by'Afrika y'Uburazirazuba bifitiye ibihugu bikize n'ibigo mpuzamahanga by'imali. Abahanga bemeza ko kiremereye cyane kandi ko gifite ingaruka ku buzima busanzwe bwa buri munsi bw'abaturage.
Murisanga - Gashyantare 27, 2025 27.02.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Gashyantare 26, 2025 26.02.2025 59:56
Ingwara umugongo iterwa n’iki? Umuntu yawitaho ate? Yakora iki igihe yawurwaye? Ese umugongo uravurwa ugakira? Ibyo ni bimwe mubyo turi bubaze muganga.
Murisanga - Gashyantare 25, 2025 25.02.2025 59:56
Mu kiganiro Murisanga cy’uyu munsi turaganira na rwiyemezamirimo w’Umunyarwanda utuye muri Amerika. Akora ubucuruzi bushingiye ku bikorwa gakondo. Aratubwira ukuntu yahisemo kubyaza umusaruro bimwe mu bikorwa bishingiye ku muco wa Kinyarwanda n’uburyo yabigezeho.
Murisanga - Gashyantare 24, 2025 24.02.2025 59:51
Mu kiganiro Murisanga cy’uyu munsi turaganira na rwiyemezamirimo w’Umunyarwanda utuye muri Amerika. Akora ubucuruzi bushingiye ku bikorwa gakondo. Aratubwira ukuntu yahisemo kubyaza umusaruro bimwe mu bikorwa bishingiye ku muco wa Kinyarwanda n’uburyo yabigezeho.
Murisanga - Gashyantare 23, 2025 23.02.2025 59:55
Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu.
Murisanga - Gashyantare 22, 2025 22.02.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Gashyantare 21, 2025 21.02.2025 59:54
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga kuri tombola ya kimwe c’umunani c’igikombe c’imirwi y’umupira w’amaguru yabaye iya mbere mu karere k’i Bulaya yabaye uno musi ku wa vgatanu mu gisagara ca Nyon mu gihugu c’Ubwuswise. Imirwi izohura muri kimwe c’umunani ikaba yamenyekanye
Murisanga - Gashyantare 20, 2025 20.02.2025 59:51
Ku va mu ndwi ziheze, intambara itanguye kubica bigacika mu gisagara ca Goma no mu micungararo yaco hagati y’abasirikare ba Kongo na M23, abakenera kwitabwoho mu buryo bwihutirwa kubera amagara yabo yifashe nabi, baragira ingorane zo kubona abaganga babagarukirako.
Murisanga - Gashyantare 19, 2025 19.02.2025 59:26
Ku va mu ndwi ziheze, intambara itanguye kubica bigacika mu gisagara ca Goma no mu micungararo yaco hagati y’abasirikare ba Kongo na M23, abakenera kwitabwoho mu buryo bwihutirwa kubera amagara yabo yifashe nabi, baragira ingorane zo kubona abaganga babagarukirako.
Murisanga - Gashyantare 18, 2025 18.02.2025 59:56
Muri Murisanga y’uno munsi, tugaruka ku kamaro ko kumenya ururimi kavukikre. Diane Nininahazwe yatumiye Justine Hakizimana aba muri Canada akaba yigisha Ikirundi biciye ku buhinga bwa none, na Eric Twagirimana yatanguje ishure ryitwa Umuco ryo mu Bubirigi, ryigisha Ikinyarwanda n’invyino.
Murisanga - Gashyantare 17, 2025 17.02.2025 59:56
Muri Murisanga y’uno munsi, tugaruka ku kamaro ko kumenya ururimi kavukikre. Diane Nininahazwe yatumiye Justine Hakizimana aba muri Canada akaba yigisha Ikirundi biciye ku buhinga bwa none, na Eric Twagirimana yatanguje ishure ryitwa Umuco ryo mu Bubirigi. Umuco, ryigisha Ikinyarwanda n’invyino.
Murisanga - Gashyantare 16, 2025 16.02.2025 59:56
Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu.
Murisanga - Gashyantare 15, 2025 15.02.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Gashyantare 14, 2025 14.02.2025 59:56
Mu Burundi, abana bo mw’ibarabara ni benshi cyane. Leta n’abafatanyabikorwa banyuranye bahora bagerageza gukemura iki kibazo ku buryo butandukanye, ariko cyabaye ndanze, gihoraho. Kubera iki? Ni yo mpamvu tukigarukaho muri Murisanga
Murisanga - Gashyantare 13, 2025 13.02.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Gashyantare 12, 2025 12.02.2025 59:56
Urwego rujejwe iperereza mu Burundi rupfunze abaganga batanu, rubagiriza "kubangamira umutekano w'igihugu." Abapfunzwe bazira ko basavye iduzwa ry'umushahara wabo. Muri Murisanga iremeshejwe na Diane Nininahazwe, twatumiye Melance Hakizimana, atwara urunani FNSS rwo mu Burundi.
Murisanga - Gashyantare 11, 2025 11.02.2025 59:56
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Murisanga - Gashyantare 10, 2025 10.02.2025 59:56
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku masezerano ajejwe kworohereza uruja n’uruza ata ntambamyi rw’ibidandazwa ku mugabane wa Afrika, yatewe ko igikumu kw’italiki 21 y’ukwezi kwa gatatu, mu mwaka w’ 2018, aja mu bikørwa kw’italiki 30 y’ukwezi kwa gatanu mu mwaka w’i 2019.
Similar podcasts
Replaio is not a podcast publisher; show names, artwork and audio belong to their authors and are distributed through public RSS feeds.