Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Society RN ↓ 287 episodi

Kaze ku rubuga twise “Mwambutsa Bonne Gouvernance”.Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu n’Abantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi n’ishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba n’igitsure canke areke abasambura n’abatryoza Ubumwe bw’Abarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi n’Abarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: “Hatsinze Democratie nk’uko Abarundi bayumva kandi bayipfuza” (1961)Mwambutsa ati: “Uwushaka kumpoza ntampore” (1961)

Visita il sito del podcast e sostieni chi lo crea: podcasters.spotify.com

Autore

Mwambutsa-Bonne-Gouvernance

Categoria

Society

Sito del podcast

podcasters.spotify.com

Ultimo episodio

31 mag 2026

Dove ascoltare?

I podcast nell'app Replaio Radio In arrivo

I podcast stanno per arrivare nell'app. Installala ora e scopri per primo un modo tutto nuovo di vivere i podcast

Scaricala su Google Play Installala gratis Android quasi 10 mln di download · valutazione 4,8 iOS in arrivo

Episodi

#12: Ka gasozi k'intabarirwa... 30.08.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#11 :Mpimba woyibwirwa nuwuyizi 23.08.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 Titre du livre: Le journalisme d'investigation à la découverte des souffrances et dénis des droits humains dans le système pénitentiaire burundais: Le journaliste et le prisonnier Auteur : Jean-Claude Kavumbangu  Éditions: Galda Verlag

#10: 15 Myandagaro... 16.08.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#9: Ivyo CVR yatinye kuvuga 09.08.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#8: Ubuntu 02.08.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#7: Dukebure abavyipfuza 28.07.2022

Attaché Doc : Icegeranyo cagizwe na Alain De Brouwer : https://burundi-information.net/alain-de-brouwer-dresse-un-bilan-elogieux-du-parcours-des-organisations-genocidaires-burundaises.html Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi  Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#6: Papa ngo ntakije mu Burundi 20.07.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#5: N'Ubujuju burarahurwa! 12.07.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#4: Iyo tuva n'iyo dutaha 06.07.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#3: Utwa muntu tumara iyagwe 29.06.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#2: Uwundi mwihezo 22.06.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact : Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

#1: Ntuntumeyo 15.06.2022

Ikiganiro mushikirizwa na Charles Mukasi Contact :  Whatsapp : +1 (825) 859-1152 E-mail : info@mwambutsa-bonne-gouvernance.org

Ascolta il podcast Mwambutsa-Bonne-Gouvernance su Replaio

Radio e podcast in un'unica app - gratis e senza registrazione. Installala oggi e non perderti il lancio

Scaricala su Google Play

Replaio non è un editore di podcast; i nomi dei programmi, le copertine e l'audio appartengono ai rispettivi autori e vengono distribuiti tramite feed RSS pubblici